Inkuru Nyamukuru

Tanzania: Imigwi y’abitwaje ibigwanisho iravugwa mu micungararo y’ikambi ya Nyarugusu

Mw’ikambi ya Nyarugusu iri mu gihugu kibanyi ca Tanzania haravugwa imigwi y’abantu bitwaje ibigwanisho ,ivyo bikaba biraje ishinga impunzi z’abarundi zahungiye murico gihugu bikaba vyatanguje no gutera uruhagarara muriyo kambi …

Culture

View All

Umuririmvyi Sat B agiye gukorana Indirimbo n’abandi baririmvyi bo muri kano Karer

Ata kibaye hagati, Sat-b ngo ariko aritegurira gukorana n’abaririmvyi b’abanyarwanda, n’abanya Tanzania. Inyuma yaho bipfiriye ivy’indirimbo yakoranye na dully Sykes, Sat-b ngo yoba ariko arisuganya ngo asubire akubitire muri ico …

Business

View All

Rwanda: Inkomoko| HCR iremeza ko impunzi atari umuzigo ku gihugu cazakiriye

Ayo niyo majambo uwaserukiye igisata ca Onu citaho impunzi kw’isi HCR yashikirije mu birori vyo gutanga impamya bushobozi ku bacuruzi b’ impunzi bari bamaze amezi munani (8mois) bakurikirana inyigisho z’Inkomoko …